Ubuhinde bwongereyeabasirikali ku mupaka buhana imbibe n’Ubushinwa urangwamo imvururu.

S Jaishankar ; Minisitiri w'ububanyi n'amahanga w'Ubuhinde yatangaje ko igihugu cye cyongereye umubare w'abasirikari ku rubibi buhana n’Ubushinwa , ku kigero cyo hejuru. Jaishankar yavuze ko y’uko Ubushinde budashobora kwemera ko Ubushinwa buhindura uko bwishakiye uko ibintu bimeze ku mupaka ubihuza.

kwamamaza

Minisitiri w'ububanyi n'amahanga w'Ubuhinde atangaje ibi nyuma y'iminsi mike inzego za gisirikari z'Ubuhinde n'iz'Ubushinwa zikozanyijeho mu karere ko ku mupaka w'ibi bihugu,igakomeje guteza impaka mu ntara ya Arunachal Pradesh.

Ubuhinde buvuga ko byose byatanguye igihe ingabo z’Ubushinwa zivogera ubutaka bwabwo.

Minisiteri y'Ububanyi n'amahanga y'Ubushinwa bwemeza ko muri rusange, ku mupaka ibintu bimeze neza   kandi ko impande zompi zikomeje kuganira kuri iki kibazo.

Ubuhinde n’Ubushinwa busangiye urubibi rurangwa n’imvururu rungana na 3.440km, ruzwi nka Line of Actual Control, or LAC – ntiruboneka neza.

Abasilikari bo ku mpande zompi bakunze gushamirana mu turere dutandukanye, rimwe na rimwe, umwuka mubi ukarenga inkombe kugera naho bakangana.

Nyuma y'imirwano yadutse muri Kamena (6) 2020 yabereye mu kibaya cya , impande zombi zagerageje kugarura umwuka mwiza 

Impande zompi ziragerageza kugarukana icuka ciza inyuma y’imishamirano yadutse Kiyaya ca Galwan (Galwan Valley),mu karere ka Ladakh  gashyira Iburengerazuba.

Gushyamiraba guheruka, mu gihe kugera k' umwaka, iyabaye ni iyo ku wa 09 Ukuboza (12), yatumye abasirikari bakomereka gahoro.

Jaishankar yavuze ibi igihe yasubizaga ibyatangajwe na mugenzi we  yagejeje ku bari bigeguye n’ikompanyi y’ibinyamakuru India Today ku wa mbere.

Ati: "Uyu musi, igisirikare c’Ubuhindi cyohereje ingabo zitari zarigeze zoherezwa ku rubibi rw’Ubushinwa. Uyu musi igisirikare cy’Ubuhindi cyoherejwe mu gihe bwagerageza guhindura imiterere y’urubibi”.

Ntacyo Ubushinwa buratangaza.

Gushyamirana guherukamu cyumweru gishize, kwateje imvururu za poritike mu Buhinde, aho amashyaka atavuga rumwe n’ubutegetsi yivumbuye mu nteko ishingaategeko  nyuma yo kwanga icyipfuzo cyayo cy’ibiganiro ku kibazo cyo ku mupaka.

Rahul Gandhi; umuyobozi w'ishyaka rikomeye ritavuga rumwe n'ubutegetsi mu Buhinde Congress party, ashinja Leta kwirengagiza ibibazo biterwa n’Ubushinwa, akavuga ko ingabo z’iki gihugu zo ku mupaka zikubita iz’Ubuhinde.

Ubwo yari imbere y’inteko nshingamategeko ejo ku wa mbere, Minisitiri S Jaishankar yavuze ko amagambo ya Gandhi asebya abasirikari b’Ubuhindi. Yahakanye ko ku bibazo bihari, leta yigira ntibindeba.

Ati: "Niba turi ba sindabibazwa ku Bushinwa, ni nde wohereje igisirikare cy’Ubuhinde ku rubibi? Niba turi ba sindabibazwa ku Bushinwa, kubera iki turi guhatira Ubushinwa ko igabanya umwuka mubi kandi ikigiza inyuma ingabo”.

 Dec 20, 2022 - 11:43